Gusubira mu vyagezwe 7:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Yehova azoshira kure yanyu indwara zose, kandi ntazokwigera abateza ikiza na kimwe giteye ubwoba nka bimwe mwabona mu Misiri+. Ahubwo azobiteza abansi banyu bose.
15 Yehova azoshira kure yanyu indwara zose, kandi ntazokwigera abateza ikiza na kimwe giteye ubwoba nka bimwe mwabona mu Misiri+. Ahubwo azobiteza abansi banyu bose.