Gusubira mu vyagezwe 7:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Nimwibwira mu mitima yanyu muti: “Aya mahanga arimwo abantu benshi kuturusha. Tuzoshobora kubirukana gute+?”
17 Nimwibwira mu mitima yanyu muti: “Aya mahanga arimwo abantu benshi kuturusha. Tuzoshobora kubirukana gute+?”