Gusubira mu vyagezwe 8:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Yarabacishije bugufi rero, arabareka murasonza+ maze abagaburira manu+ mutari bwabone mwe na ba sokuru banyu, kugira mumenye ko umuntu atabeshwaho n’umukate gusa, ahubwo ko abeshwaho n’ijambo ryose riva mu kanwa ka Yehova+. Gusubira mu vyagezwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 8:3 Umunara w’Inderetsi,1/2/2004, rup. 13-14
3 Yarabacishije bugufi rero, arabareka murasonza+ maze abagaburira manu+ mutari bwabone mwe na ba sokuru banyu, kugira mumenye ko umuntu atabeshwaho n’umukate gusa, ahubwo ko abeshwaho n’ijambo ryose riva mu kanwa ka Yehova+.