Gusubira mu vyagezwe 8:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Murazi neza mu mitima yanyu ko Yehova Imana yanyu yariko arabakosora, nka kurya umuvyeyi* akosora umwana wiwe+.
5 Murazi neza mu mitima yanyu ko Yehova Imana yanyu yariko arabakosora, nka kurya umuvyeyi* akosora umwana wiwe+.