Gusubira mu vyagezwe 8:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 muze mwibuke ko Yehova Imana yanyu ari we abaha ububasha bwo kurondera itunga+, kugira ashitse isezerano yagiraniye na ba sokuruza banyu nk’uko biri uyu musi+.
18 muze mwibuke ko Yehova Imana yanyu ari we abaha ububasha bwo kurondera itunga+, kugira ashitse isezerano yagiraniye na ba sokuruza banyu nk’uko biri uyu musi+.