Gusubira mu vyagezwe 8:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Nimwaramuka mwibagiye Yehova Imana yanyu mugakurikira izindi mana, mukazikorera kandi mukazunamira, emwe ndabarahiye uno musi ko mutazogenda mudatikiye+.
19 Nimwaramuka mwibagiye Yehova Imana yanyu mugakurikira izindi mana, mukazikorera kandi mukazunamira, emwe ndabarahiye uno musi ko mutazogenda mudatikiye+.