Gusubira mu vyagezwe 9:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Hanyuma nararavye, nsanga mwacumuye kuri Yehova Imana yanyu! Mwari mwihinguriye inyana y’icuma. Mwari mwataye ningoga inzira Yehova yabategetse kugenderamwo+.
16 Hanyuma nararavye, nsanga mwacumuye kuri Yehova Imana yanyu! Mwari mwihinguriye inyana y’icuma. Mwari mwataye ningoga inzira Yehova yabategetse kugenderamwo+.