Gusubira mu vyagezwe 9:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Niwibuke abasavyi bawe Aburahamu, Izahaki na Yakobo+. Nturabe ukutagondwa kw’aba bantu, ububisha bwabo n’igicumuro cabo+.
27 Niwibuke abasavyi bawe Aburahamu, Izahaki na Yakobo+. Nturabe ukutagondwa kw’aba bantu, ububisha bwabo n’igicumuro cabo+.