Gusubira mu vyagezwe 13:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 ntimuze mwumvirize amajambo y’uwo muhanuzi canke uwo murosi+, kuko Yehova Imana yanyu azoba ariko arabageza+ kugira arabe ko mukunda Yehova Imana yanyu n’umutima wanyu wose n’ubuzima bwanyu bwose+.
3 ntimuze mwumvirize amajambo y’uwo muhanuzi canke uwo murosi+, kuko Yehova Imana yanyu azoba ariko arabageza+ kugira arabe ko mukunda Yehova Imana yanyu n’umutima wanyu wose n’ubuzima bwanyu bwose+.