Gusubira mu vyagezwe 15:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Ariko umushumba wawe niyakubwira ati: “Nshaka kugumana nawe!” kubera agukunda mwe n’umuryango wawe, akaba yarahimbawe no kubana nawe+,
16 Ariko umushumba wawe niyakubwira ati: “Nshaka kugumana nawe!” kubera agukunda mwe n’umuryango wawe, akaba yarahimbawe no kubana nawe+,