Gusubira mu vyagezwe 15:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Muzokirira mu bisagara* vyanyu. Uwuhumanye n’uwudahumanye barashobora kukirya, nka kurya murya ingeregere canke impongo+.
22 Muzokirira mu bisagara* vyanyu. Uwuhumanye n’uwudahumanye barashobora kukirya, nka kurya murya ingeregere canke impongo+.