Gusubira mu vyagezwe 17:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Ntimuze mushikanire Yehova Imana yanyu impfizi y’inka canke intama irwaye canke ifise akandi kanenge ako ari ko kose, kuko coba ari ikintu gishisha Yehova Imana yanyu+.
17 Ntimuze mushikanire Yehova Imana yanyu impfizi y’inka canke intama irwaye canke ifise akandi kanenge ako ari ko kose, kuko coba ari ikintu gishisha Yehova Imana yanyu+.