Gusubira mu vyagezwe 17:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Nibabamenyesha ico kintu canke mukacumva, mukwiye guca mugitohoza neza. Nimwasanga ico kintu gishisha carabaye vy’ukuri+ muri Isirayeli,
4 Nibabamenyesha ico kintu canke mukacumva, mukwiye guca mugitohoza neza. Nimwasanga ico kintu gishisha carabaye vy’ukuri+ muri Isirayeli,