Gusubira mu vyagezwe 17:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 mutegerezwa kwimika umwami Yehova Imana yanyu azoba yabatoreye+. Muzokwimika umwami wo muri benewanyu. Ntimwemerewe kwimika umunyamahanga atari mwenewanyu.
15 mutegerezwa kwimika umwami Yehova Imana yanyu azoba yabatoreye+. Muzokwimika umwami wo muri benewanyu. Ntimwemerewe kwimika umunyamahanga atari mwenewanyu.