Gusubira mu vyagezwe 17:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Ariko rero, ntakwiye kwirundaniriza amafarasi+ canke ngo atume abantu basubira mu Misiri kugira agwize amafarasi+, kuko Yehova yabihanikirije ati: “Ntimuze musubire gufata iyi nzira.”
16 Ariko rero, ntakwiye kwirundaniriza amafarasi+ canke ngo atume abantu basubira mu Misiri kugira agwize amafarasi+, kuko Yehova yabihanikirije ati: “Ntimuze musubire gufata iyi nzira.”