Gusubira mu vyagezwe 19:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Igihe umuntu yishe mugenziwe atabishaka kandi akaba atari asanzwe amwanka, akwiye guca ahungirayo kugira abandanye kubaho+.
4 Igihe umuntu yishe mugenziwe atabishaka kandi akaba atari asanzwe amwanka, akwiye guca ahungirayo kugira abandanye kubaho+.