Gusubira mu vyagezwe 20:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Nimwugariza igisagara kugira mugifate kandi hakaba haciye igihe kirekire mukirwanya, ntimuze mwicire ibiti biri muri co. Murashobora kurya ivyamwa vyavyo, ariko ntimuze muvyicire+. Mbega igiti co mw’ishamba kibaye umuntu ngo mucugarize? Gusubira mu vyagezwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 20:19 Niwiyegereze, rup. 135
19 Nimwugariza igisagara kugira mugifate kandi hakaba haciye igihe kirekire mukirwanya, ntimuze mwicire ibiti biri muri co. Murashobora kurya ivyamwa vyavyo, ariko ntimuze muvyicire+. Mbega igiti co mw’ishamba kibaye umuntu ngo mucugarize?