Gusubira mu vyagezwe 22:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Ariko nimba mwenewanyu ataba hafi yawe canke ukaba utamuzi, utegerezwa kujana ico gitungwa muhira iwawe kikagumaho gushika mwenewanyu akirondeye. Uzoheza ukimusubize+.
2 Ariko nimba mwenewanyu ataba hafi yawe canke ukaba utamuzi, utegerezwa kujana ico gitungwa muhira iwawe kikagumaho gushika mwenewanyu akirondeye. Uzoheza ukimusubize+.