Gusubira mu vyagezwe 22:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Niwabona indogobwa ya mwenewanyu canke impfizi yiwe yatemvye mu nzira, ntuze uyirengagize. Ukwiye kumufasha kuyivyura+.
4 Niwabona indogobwa ya mwenewanyu canke impfizi yiwe yatemvye mu nzira, ntuze uyirengagize. Ukwiye kumufasha kuyivyura+.