Gusubira mu vyagezwe 22:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Niwaba uri ku nzira ukabona icari c’inyoni kirimwo utwana twayo canke amagi yayo, caba kiri ku giti canke hasi, kandi nyina ikaba ibundikiriye utwo twana canke ayo magi, ntuze uyitwarane n’utwana twayo+.
6 Niwaba uri ku nzira ukabona icari c’inyoni kirimwo utwana twayo canke amagi yayo, caba kiri ku giti canke hasi, kandi nyina ikaba ibundikiriye utwo twana canke ayo magi, ntuze uyitwarane n’utwana twayo+.