-
Gusubira mu vyagezwe 22:17Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
17 kandi ariko amwagiriza ko yigenjeje nabi mu kuvuga ngo: ‘Nta kimenyamenya nabonye c’uko yari akiri isugi.’ Ng’iki rero ikimenyamenya c’uko umukobwa wanje yari akiri isugi.” Bazoca basanza iyo mpuzu imbere y’abashingantahe b’ico gisagara.
-