Gusubira mu vyagezwe 22:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Ntihaze hagire ico mugira uwo mukobwa, kuko ata caha azoba yakoze cotuma yicwa. Ni nka kurya umuntu yogurukira kuri mugenziwe akamwica+. Gusubira mu vyagezwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 22:26 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),12/2019, rup. 14
26 Ntihaze hagire ico mugira uwo mukobwa, kuko ata caha azoba yakoze cotuma yicwa. Ni nka kurya umuntu yogurukira kuri mugenziwe akamwica+.