Gusubira mu vyagezwe 23:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Nta Mwamoni canke Umunyamowabu akwiye kuba mu bagize ishengero rya Yehova+. Mbere no gushika ku runganwe rwabo rugira cumi, nta n’umwe mu babakomokako akwiye kuba mu bagize ishengero rya Yehova,
3 Nta Mwamoni canke Umunyamowabu akwiye kuba mu bagize ishengero rya Yehova+. Mbere no gushika ku runganwe rwabo rugira cumi, nta n’umwe mu babakomokako akwiye kuba mu bagize ishengero rya Yehova,