Gusubira mu vyagezwe 23:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Kuko Yehova Imana yanyu agendagenda mw’ikambi yanyu+ kugira abarokore no kugira abafashe gutsinda abansi banyu. Ikambi yanyu rero itegerezwa kuba nyeranda+, kugira ntahave abona ikintu na kimwe gishisha muri mwebwe agaca areka kujana namwe.
14 Kuko Yehova Imana yanyu agendagenda mw’ikambi yanyu+ kugira abarokore no kugira abafashe gutsinda abansi banyu. Ikambi yanyu rero itegerezwa kuba nyeranda+, kugira ntahave abona ikintu na kimwe gishisha muri mwebwe agaca areka kujana namwe.