Gusubira mu vyagezwe 23:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Ntihaze hagire uwuzana mu nzu ya Yehova Imana yanyu amahera yarishwe* umumaraya w’umugore canke w’umugabo* kugira ashitse indagano, kuko abo bose bashisha Yehova Imana yanyu.
18 Ntihaze hagire uwuzana mu nzu ya Yehova Imana yanyu amahera yarishwe* umumaraya w’umugore canke w’umugabo* kugira ashitse indagano, kuko abo bose bashisha Yehova Imana yanyu.