Gusubira mu vyagezwe 23:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Murashobora gusaba inyungu umunyamahanga+, ariko ntimuze musabe inyungu mwenewanyu+, kugira Yehova Imana yanyu abahezagire mu vyo mukora vyose mu gihugu mugira mwigarurire+.
20 Murashobora gusaba inyungu umunyamahanga+, ariko ntimuze musabe inyungu mwenewanyu+, kugira Yehova Imana yanyu abahezagire mu vyo mukora vyose mu gihugu mugira mwigarurire+.