Gusubira mu vyagezwe 26:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Uzoheza uvugire imbere ya Yehova Imana yawe uti: “Nakuye mu nzu yanje umugabane mweranda, maze ndawuha Abalewi, ba kavamahanga, impfuvyi n’abapfakazi+, nk’uko wabintegetse. Sinarenze amabwirizwa yawe canke ngo ndayirengagize.
13 Uzoheza uvugire imbere ya Yehova Imana yawe uti: “Nakuye mu nzu yanje umugabane mweranda, maze ndawuha Abalewi, ba kavamahanga, impfuvyi n’abapfakazi+, nk’uko wabintegetse. Sinarenze amabwirizwa yawe canke ngo ndayirengagize.