Gusubira mu vyagezwe 26:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Ubu rero nurabe hasi uri mw’ijuru, ahantu heranda wibera, maze uhezagire abantu bawe b’Abisirayeli n’igihugu waduhaye+, igihugu gitemba amata n’ubuki+ nk’uko warahiye ba sokuruza bacu+.”
15 Ubu rero nurabe hasi uri mw’ijuru, ahantu heranda wibera, maze uhezagire abantu bawe b’Abisirayeli n’igihugu waduhaye+, igihugu gitemba amata n’ubuki+ nk’uko warahiye ba sokuruza bacu+.”