Gusubira mu vyagezwe 27:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 «Nimwamara kujabuka Yorodani, iyi ni yo miryango izohagarara ku musozi Gerizimu+ kugira ihezagire abantu: umuryango wa Simeyoni, uwa Lewi, uwa Yuda, uwa Isakari, uwa Yozefu n’uwa Benyamini. Gusubira mu vyagezwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 27:12 Umunara w’Inderetsi,1/7/1996, rup. 6
12 «Nimwamara kujabuka Yorodani, iyi ni yo miryango izohagarara ku musozi Gerizimu+ kugira ihezagire abantu: umuryango wa Simeyoni, uwa Lewi, uwa Yuda, uwa Isakari, uwa Yozefu n’uwa Benyamini.