Gusubira mu vyagezwe 27:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Iyi miryango na yo izohagarara ku musozi Ebali+ kugira itangaze umuvumo: umuryango wa Rubeni, uwa Gadi, uwa Asheri, uwa Zabuloni, uwa Dani n’uwa Nafutali. Gusubira mu vyagezwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 27:13 Umunara w’Inderetsi,1/7/1996, rup. 6
13 Iyi miryango na yo izohagarara ku musozi Ebali+ kugira itangaze umuvumo: umuryango wa Rubeni, uwa Gadi, uwa Asheri, uwa Zabuloni, uwa Dani n’uwa Nafutali.