Gusubira mu vyagezwe 28:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Nimwabandanya gukurikiza amabwirizwa ya Yehova Imana yanyu, mukagendera mu nzira ziwe, Yehova na we azobagira ihanga ryiwe ryeranda+ nk’uko yabibarahiye+.
9 Nimwabandanya gukurikiza amabwirizwa ya Yehova Imana yanyu, mukagendera mu nzira ziwe, Yehova na we azobagira ihanga ryiwe ryeranda+ nk’uko yabibarahiye+.