Gusubira mu vyagezwe 28:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Amahanga yose yo kw’isi azobona ko mwitirirwa izina rya Yehova+, kandi azobatinya+.