Gusubira mu vyagezwe 28:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Yehova azovuma ivyo mukora vyose. Azotuma muta umutwe, abahane gushika muzimanganye, kandi muzohona mu kanya isase kubera ibibi muzoba muriko murakora no kubera muzoba mwamuhevye+.
20 Yehova azovuma ivyo mukora vyose. Azotuma muta umutwe, abahane gushika muzimanganye, kandi muzohona mu kanya isase kubera ibibi muzoba muriko murakora no kubera muzoba mwamuhevye+.