Gusubira mu vyagezwe 28:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Yehova azobateza ibihute bibabaza kandi bidakira ku mavi no ku matako, emwe muzobirwara kuva mu birenge gushika ku mutwe*.
35 Yehova azobateza ibihute bibabaza kandi bidakira ku mavi no ku matako, emwe muzobirwara kuva mu birenge gushika ku mutwe*.