Gusubira mu vyagezwe 28:53 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 53 Muzobwirizwa kurya abana banyu*, inyama z’abahungu banyu n’abakobwa banyu+ Yehova Imana yanyu yabahaye, bitumwe n’ukwugarizwa gukaze be n’amaganya menshi abansi banyu bazobateza.
53 Muzobwirizwa kurya abana banyu*, inyama z’abahungu banyu n’abakobwa banyu+ Yehova Imana yanyu yabahaye, bitumwe n’ukwugarizwa gukaze be n’amaganya menshi abansi banyu bazobateza.