Gusubira mu vyagezwe 28:55 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 55 Ntazobaha ku nyama z’abana biwe azoba ariko ararya, kuko ata co azoba asigaranye bitewe n’ukwo kwugarizwa gukaze be n’amaganya menshi abansi banyu bazobateza mu bisagara vyanyu+.
55 Ntazobaha ku nyama z’abana biwe azoba ariko ararya, kuko ata co azoba asigaranye bitewe n’ukwo kwugarizwa gukaze be n’amaganya menshi abansi banyu bazobateza mu bisagara vyanyu+.