-
Gusubira mu vyagezwe 28:57Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
57 Mbere n’ingovyi ivuye hagati y’amaguru yiwe hamwe n’abana yivyariye ntazovyumvira akagongwe. Azobirya yinyegeje, bitewe n’ukwo kwugarizwa gukaze be n’amaganya menshi abansi banyu bazoteza mu bisagara vyanyu.
-