Gusubira mu vyagezwe 28:59 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 59 Yehova azobateza ivyago bikomeye cane mwe n’uruvyaro rwanyu, ivyago bikaze kandi bimara igihe kirekire+ hamwe n’indwara ziteye ubwoba kandi zimara igihe kirekire.
59 Yehova azobateza ivyago bikomeye cane mwe n’uruvyaro rwanyu, ivyago bikaze kandi bimara igihe kirekire+ hamwe n’indwara ziteye ubwoba kandi zimara igihe kirekire.