Gusubira mu vyagezwe 29:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Ibintu bihishijwe ni ivya Yehova Imana yacu+, ariko ibihishuwe ni ivyacu n’uruvyaro rwacu ibihe bidahera, kugira dukurikize ibiri muri aya mategeko vyose+.
29 Ibintu bihishijwe ni ivya Yehova Imana yacu+, ariko ibihishuwe ni ivyacu n’uruvyaro rwacu ibihe bidahera, kugira dukurikize ibiri muri aya mategeko vyose+.