Gusubira mu vyagezwe 30:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Yehova Imana yanyu azotyorora imitima yanyu n’imitima y’uruvyaro rwanyu+, kugira mukunde Yehova Imana yanyu n’umutima wanyu wose n’ubuzima bwanyu bwose, mubone kubaho+. Gusubira mu vyagezwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 30:6 Umunara w’Inderetsi,1/6/2007, rup. 13
6 Yehova Imana yanyu azotyorora imitima yanyu n’imitima y’uruvyaro rwanyu+, kugira mukunde Yehova Imana yanyu n’umutima wanyu wose n’ubuzima bwanyu bwose, mubone kubaho+.