Gusubira mu vyagezwe 30:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Yehova Imana yanyu azoca azana iyo mivumo yose ku bansi banyu bahora babanka bakabahama+.