Gusubira mu vyagezwe 30:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ico gihe muzokwumviriza ijwi rya Yehova Imana yanyu kandi muzokurikiza amabwirizwa yiwe n’ivyagezwe vyiwe vyanditswe muri iki gitabu c’amategeko. Muzogaruka kuri Yehova Imana yanyu n’umutima wanyu wose n’ubuzima bwanyu bwose+.
10 Ico gihe muzokwumviriza ijwi rya Yehova Imana yanyu kandi muzokurikiza amabwirizwa yiwe n’ivyagezwe vyiwe vyanditswe muri iki gitabu c’amategeko. Muzogaruka kuri Yehova Imana yanyu n’umutima wanyu wose n’ubuzima bwanyu bwose+.