Gusubira mu vyagezwe 31:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Nibamara gushikirwa n’ivyago vyinshi n’amaganya menshi+, iyi ndirimbo izoba icabona kibagiriza, (kuko uruvyaro rwabo rudakwiye kuyibagira). Nakare ndamaze kubona agatima bafise+ n’imbere y’uko ndabashikana mu gihugu nabarahiye.»
21 Nibamara gushikirwa n’ivyago vyinshi n’amaganya menshi+, iyi ndirimbo izoba icabona kibagiriza, (kuko uruvyaro rwabo rudakwiye kuyibagira). Nakare ndamaze kubona agatima bafise+ n’imbere y’uko ndabashikana mu gihugu nabarahiye.»