Gusubira mu vyagezwe 33:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Ku bijanye na Gadi, yavuze+ ati: «Uwagura imbibe za Gadi aragahezagirwa+. Azobunda nka kurya kw’intambweigira itabagure ukuboko kw’ico yafashe, mbere n’umutwe waco.
20 Ku bijanye na Gadi, yavuze+ ati: «Uwagura imbibe za Gadi aragahezagirwa+. Azobunda nka kurya kw’intambweigira itabagure ukuboko kw’ico yafashe, mbere n’umutwe waco.