Yosuwa 3:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Ibirenge vy’abaherezi bareruye isandugu ya Yehova Umukama w’isi yose bigihonyora mu mazi ya Yorodani, amazi amanuka ava ruguru aca ahagarara, abe nk’urugomero*+.»
13 Ibirenge vy’abaherezi bareruye isandugu ya Yehova Umukama w’isi yose bigihonyora mu mazi ya Yorodani, amazi amanuka ava ruguru aca ahagarara, abe nk’urugomero*+.»