Yosuwa 3:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Nuko abantu bava aho bari bashinze amahema kugira bajabuke Yorodani, maze abaherezi bareruye isandugu+ y’isezerano babaja imbere.
14 Nuko abantu bava aho bari bashinze amahema kugira bajabuke Yorodani, maze abaherezi bareruye isandugu+ y’isezerano babaja imbere.