-
Yosuwa 4:10Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
10 Nya baherezi bareruye isandugu baguma bahagaze hagati muri Yorodani gushika ivyo Yehova yari yategetse Yosuwa kubwira abantu vyose birangiye. Nuko Abisirayeli babikora bakurikije ivyo Musa yari yarategetse Yosuwa vyose. Muri uwo mwanya, abantu bariko bihutira kujabuka.
-