-
Yosuwa 6:13Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
13 Ba baherezi indwi bagendera imbere y’isandugu ya Yehova bafise inzamba, baguma bazivuza. Abasoda bafise ibirwanisho bari imbere yabo, abandi basoda na bo inyuma y’isandugu ya Yehova. Aho hose abaherezi baguma bavuza inzamba.
-