Yosuwa 6:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Ku musi ugira indwi bavyuka kare, umutwenzi ugitambika, maze bazunguruka igisagara kwa kundi nyene incuro indwi. Kuri uwo musi gusa ni ho bazungurutse igisagara incuro indwi+.
15 Ku musi ugira indwi bavyuka kare, umutwenzi ugitambika, maze bazunguruka igisagara kwa kundi nyene incuro indwi. Kuri uwo musi gusa ni ho bazungurutse igisagara incuro indwi+.