Yosuwa 6:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Iki gisagara n’ibiri muri co vyose mutegerezwa kubitikiza+. Vyose ni ivya Yehova. Rahabu+ wa mumaraya ni we gusa aza gusigara, we n’abari kumwe na we mu nzu bose, kuko yanyegeje za ntumwa twarungika+.
17 Iki gisagara n’ibiri muri co vyose mutegerezwa kubitikiza+. Vyose ni ivya Yehova. Rahabu+ wa mumaraya ni we gusa aza gusigara, we n’abari kumwe na we mu nzu bose, kuko yanyegeje za ntumwa twarungika+.